YouVersion logo
BijbelLeesplannenVideo's
Download de app
Taalkiezer
Zoek icoon

Populaire Bijbelverzen uit Ivyakozwe 16

1

Ivyakozwe 16:31

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Baramwishura bati: “Izere Umwami Yesu, urakizwa, wewe n’abo mu nzu yawe.”

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 16:31

2

Ivyakozwe 16:25-26

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nko mu gicugu hagati, Pawulo na Silasi bariko barasenga bongera baririmba indirimbo zo gutazira Imana, izindi mbohe zarabumva. Ubwo nyene haba nyamugigima ikomeye cane, inyiganyiza amatanguriro y’ibohero. Imiryango y’ibohero iriyugurura, iminyororo yari iboshe imbohe zose izivako.

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 16:25-26

3

Ivyakozwe 16:30

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Aca abasohokana hanze, ababaza ati: “Ba nyakwubahwa, nokora iki kugira ngo nkizwe?”

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 16:30

4

Ivyakozwe 16:27-28

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Umurinzi w’ibohero yikanguye asanga imiryango yose iruguruye, maze asokorora inkota ngo yiyice kuko yibaza ko imbohe zatorotse. Ariko Pawulo arasemerera ati: “Reka ntugire ico wigira, twese turi hano.”

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 16:27-28

Gratis leesplannen en overdenkingen die te maken hebben met Ivyakozwe 16

Vorig hoofdstuk
Volgend hoofdstuk
YouVersion

Moedigt jou aan en daagt je uit om elke dag gemeenschap met God te zoeken.

Bediening

Over

Carrières

Vrijwilliger

Blog

Pers

Nuttige links

Help

Bijdragen

Bijbelvertalingen

Luisterbijbels

Bijbeltalen

Tekst van de Dag


Een digitale bediening van

Life.Church
Nederlands (Nederland)

©2026 Life.Church / YouVersion

PrivacybeleidVoorwaarden
Programma voor openbaarmaking van kwetsbaarheden
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest