1
Ivyakozwe 13:2-3
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Bariko barasenga Imana bisonzesheje, Mpwemu Yera ababarira ati: “Ntoraniriza Baranaba na Sawuli, bankorere igikorwa nabahamagariye.” Bahejeje kwisonzesha no gusenga, baca babarambikako ibiganza, barabarungika.
Vergelijk
Ontdek Ivyakozwe 13:2-3
2
Ivyakozwe 13:39
Muri we, uwizera wese aba abohowe icaha ciwe cose, ari kwo kwemerwa n’Imana nk’abagororotsi, ukwo mutashobora guhabwa n’Ivyagezwe vya Mose.
Ontdek Ivyakozwe 13:39
3
Ivyakozwe 13:47
Kuko Umwami yari yadutegetse ati: ‘Nagushiriyeho kuba umuco ku Banyamahanga, kugira ngo uzoshikane agakiza ku mpera z’isi.’”
Ontdek Ivyakozwe 13:47