YouVersion logo
BijbelLeesplannenVideo's
Download de app
Taalkiezer
Zoek icoon

Populaire Bijbelverzen uit Ivyakozwe 11

1

Ivyakozwe 11:26

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Amubonye, aca amujana muri Antiyokiya, bompi bamarana umwaka n’ishengero, bigisha abantu benshi cane. Aho muri Antiyokiya ni ho abigishwa batanguriye kwitwa Abakristo.

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 11:26

2

Ivyakozwe 11:23-24

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ashitseyo akibonera ico ubuntu bw’Imana bwakoze, aranezerwa cane, yongera arabinginga bose ngo bashishikare gukurikira Umwami n’imitima yabo yose. Baranaba yari umuntu w’umugwaneza, yuzuye Mpwemu Yera n’ukwizera. Nuko igitigiri kinini c’abantu bizera Umwami Yesu.

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 11:23-24

3

Ivyakozwe 11:17-18

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

None rero nimba Imana yabahaye ingabire nk’iyo yaduhaye, twebwe twizeye Umwami Yesu Kristo, mbega jewe nari iki ngo mbe intambamyi ku gikorwa c’Imana?” Bavyumvise ntibagira ico basubizayo, ahubwo bashima Imana, bavuga bati: “Erega noneho Imana ihaye Abanyamahanga na bo akaryo ko kwihana ivyaha vyabo ngo baronke ubugingo budashira.”

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 11:17-18

Gratis leesplannen en overdenkingen die te maken hebben met Ivyakozwe 11

Vorig hoofdstuk
Volgend hoofdstuk
YouVersion

Moedigt jou aan en daagt je uit om elke dag gemeenschap met God te zoeken.

Bediening

Over

Carrières

Vrijwilliger

Blog

Pers

Nuttige links

Help

Bijdragen

Bijbelvertalingen

Luisterbijbels

Bijbeltalen

Tekst van de Dag


Een digitale bediening van

Life.Church
Nederlands (Nederland)

©2026 Life.Church / YouVersion

PrivacybeleidVoorwaarden
Programma voor openbaarmaking van kwetsbaarheden
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest