Matayo 2:12-13

Matayo 2:12-13 BKC

Hanyuma, Imana imaze kubamenyesha mu nzozi ngo ntibasubire kwa Herode, baca bisubirira iwabo bajanye iyindi nzira. Bamaze kugenda, umumarayika w’Umwami Imana araza avugana na Yosefu mu nzozi, amubwira ati: “Fata umwana na nyina ubahungishirize muri Egiputa; uzogumeyo kugeza aho nzokubwirira kugaruka, kuko Herode ariko arondera umwana ngo amwice.”

Matayo 2 पढ्नुहोस्

Matayo 2:12-13 सँग सम्बन्धित नि:शुल्क पठन योजना र भक्ति