1
Itanguriro 30:22
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Maze Imana yibuka Rasheli, yishura amasengesho yiwe, imushoboza kuvyara.
နှိုင်းယှဉ်
Itanguriro 30:22ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
2
Itanguriro 30:24
Nuko amwita Yosefu, kuko yavuga ati: “Icompa UHORAHO akanyongera uwundi muhungu.”
Itanguriro 30:24ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။
3
Itanguriro 30:23
Nuko asama inda avyara umuhungu, aravuga ati: “Imana inkuyeko agakengerwe.”
Itanguriro 30:23ရှာဖွေလေ့လာလိုက်ပါ။