1
Roma 13:14
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ahubwo, murondere gusa n’Umwami Yesu Kristo nk’aho ari we mwambaye, aho kwitaho imibiri yanyu ngo mushitse ivyo yipfuza.
ತಾಳೆಮಾಡಿ
Roma 13:14 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
2
Roma 13:8
Ntihagire umwenda mugirira umuntu n’umwe, kiretse uwo gukundana, kuko uwukunda abandi, aba ashikije ivyagezwe.
Roma 13:8 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
3
Roma 13:1
Umuntu wese akwiye kwubaha abategetsi, kuko ata butegetsi na bumwe bubaho Imana itabushizeho. Ubutegetsi buriho bwashizweho n’Imana.
Roma 13:1 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
4
Roma 13:12
Ijoro riritereye, igitondo c’agakiza kiri hafi gushika. Kubera ivyo, twiyambure ibikorwa vy’umwijima, twambare ibigwanisho vy’umuco aribwo buzima bugororotse.
Roma 13:12 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
5
Roma 13:10
Uwukunda nta kibi na kimwe yogirira uwo akunda. Uwukunda, aba ashikije ivyagezwe vyose.
Roma 13:10 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
6
Roma 13:7
Uhe umuntu wese ivyo akwiye guhabwa: abakwiye guhabwa amakori mubahe amakori, uwukwiye gutinywa mumutinye, uwukwiye icubahiro mumwubahe.
Roma 13:7 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ