Itanguriro 2:24

Itanguriro 2:24 BKC

Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe ubutakivana, maze bakaba umubiri umwe.