Logo YouVersion
BibPlan yoVideyo
Pran aplikasyon an
Seleksyone Lang
Chache Icon

Vèsè popilè nan Bib la ki soti nan Itanguriro 19

1

Itanguriro 19:26

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko muka Loti arahindukira araba inyuma aca acika inkingi y’umunyu.

Konpare

Eksplore Itanguriro 19:26

2

Itanguriro 19:16

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Loti atanguye gukwega amaguru, ba bamarayika bamufata ukuboko, we n’umugore wiwe n’abakobwa biwe babakwegera inyuma y’igisagara, kuko UHORAHO amugiriye ubuntu.

Konpare

Eksplore Itanguriro 19:16

3

Itanguriro 19:17

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Babashikanye hanze y’igisagara, umwe muri ba bamarayika arabihanikiriza ati: “Nimuhunge! Kandi ntimuhindukire canke ngo mugire aho muhagarara muri iki kiyaya. Nimuhungire ku musozi, kugira ngo ntimuranduke.”

Konpare

Eksplore Itanguriro 19:17

4

Itanguriro 19:29

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko igihe Imana yarandura ivyo bisagara, yagumye yibuka ico Aburahamu yayisavye, ikiza Loti ikiza caranduye ivyo bisagara vyo mu kiyaya.

Konpare

Eksplore Itanguriro 19:29

Chapit Avan yo
Chapit suivan
YouVersion

Ankouraje ak defi pou w chèche entimite ak Bondye chak jou.

Ministè

Apwopo

Karyè yo

Volontè

Blòg

Peze

Lyen itil yo

Ed

Fè yon don

Vèsyon Bib yo

Odyo Bib yo

Diferan Lang yo nan Bib la

Vèsè Jodi a


Yon Ministè Digital nan

Life.Church
Kreyòl Ayisyen

©2026 Life.Church / YouVersion

Politik PriveTèm yo
Pwogram Divilgasyon Vilnerabilite
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest