YouVersion Logo
બાઇબલયોજનાઓવિડિઓઝ
Get the app
Language Selector
Search Icon

Popular Bible Verses from Luka 20

1

Luka 20:25

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Aca ababwira ati: “Nuko rero, ivya Kayisari nimubihe Kayisari, ivy’Imana na vyo mubihe Imana.”

Compare

Luka 20:25 ખોજ કરો

2

Luka 20:17

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu arabitegereza, arababaza ati: “None aya majambo yo mu Vyanditswe avuga ngo: ‘Ibuye abubatsi bagaye ni ryo ryahindutse irigumya imfuruka’ asobanura iki?

Compare

Luka 20:17 ખોજ કરો

3

Luka 20:46-47

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

“Mwirinde abigisha b’ivyagezwe. Bakunda kugendagenda bambaye amakanzu maremare y’icubahiro, no kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu. Bakunda kandi guhabwa ivyicaro vy’icubahiro mu masinagogi no mu misi mikuru y’amazimano. Barya amazu y’abapfakazi bakabatwara ivyabo, kandi bakabandanya biyerekana nk’abantu beza mu gusenga amasengesho maremare. Ni co gituma bazohanwa kurusha abandi.”

Compare

Luka 20:46-47 ખોજ કરો

મફત વાંચન યોજનાઓ અને Luka 20થી સંબંધિત મનન

Previous Chapter
Next Chapter
યુવર્ઝન

Encouraging and challenging you to seek intimacy with God every day.

Ministry

વિષે

Careers

સ્વયંસેવક

બ્લોગ

દબાવો

Useful Links

સહાય કરો

દાન કરો

બાઇબલ આવૃત્તિઓ

ઑડિયો બાઇબલ

Bible Languages

આજનું વચન


A Digital Ministry of

Life.Church
English (US)

©2026 Life.Church / YouVersion

ગોપનીયતા નીતિશરતો
Vulnerability Disclosure Program
ફેસબુકટ્વીટરઇન્સ્ટાગ્રામYouTubePinterest