YouVersion-logo
BibelLæseplanerVideoer
Download appen
Sprogvælger
Søgeikon

Populære bibelvers fra Itanguriro 24

1

Itanguriro 24:12

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Arasenga, at’ Ewe Uhoraho, Mana ya databuja Aburahamu, ndakwinginze, mpa kugira amahirwe uyu musi, ugirire neza databuja Aburahamu.

Sammenlign

Udforsk Itanguriro 24:12

2

Itanguriro 24:14

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

enda se bibe birtya: umwigeme ndibubgire, nti Ndakwinginze, ururutsa umubindi wawe, nnyweko; akanyishura, ati Nywako, n’ingamiya zawe ndaziha zinywe: uyo abe ari we watoranirije Isaka umusavyi wawe; ivyo ni vyo bimmenyesha yuk’ ugiriye neza databuja.

Sammenlign

Udforsk Itanguriro 24:14

3

Itanguriro 24:67

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Isaka ajana Rebeka mw ihema risiga nyina wiwe Sara, aramurongora, aba umugore wiwe, aramukunda. Isaka ivyo bimwirura umubabaro wa nyina.

Sammenlign

Udforsk Itanguriro 24:67

4

Itanguriro 24:60

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Bahezagira Rebeka, baramubgira, bat’ Ewe mushiki wacu, uz’ uvyare usasagare, ugire ibihumbi n’ibihumbi, kand’ uruvyaro rwawe ruze rwegukire amarembo y’abansi barwo.

Sammenlign

Udforsk Itanguriro 24:60

5

Itanguriro 24:3-4

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

ndakurahize Uhoraho, ni we Mana Nyen’ ijuru, ni we Mana Nyen’ isi, yuk’ utazosabira umwana wanje umugeni wo mu Banyakananikazi, abo mbamwo; ariko k’uzoja mu gihugu cacu, muri bene wacu, kuba ari ho usabira umwana wanje Isaka umugeni.

Sammenlign

Udforsk Itanguriro 24:3-4

Forrige Kapitel
Næste Kapitel
YouVersion

Opmuntrer og udfordrer dig til at søge intimitet med Gud hver dag.

Tjeneste

Om

Karrierer

Bliv frivillig

Blog

Presse

Nyttige links

Hjælp

Donér

Bibeloversættelser

Lydbibler

Bibelsprog

Dagens vers


Et digitalt ministerium af

Life.Church
Dansk

©2026 Life.Church / YouVersion

PrivatlivspolitikBetingelser
Procedure for offentliggørelse af sikkerhedssårbarheder
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest