Matayo 2:1-2

Matayo 2:1-2 BKC

Yesu amaze kuvukira i Betelehemu mu ntara yitwa Yudaya, ku ngoma y’umwami Herode, abanyabwenge mu vy’inyenyeri bavuye mu buseruko baja i Yerusalemu. Barabaza bati: “Umwami w’Abayuda yavutse ari hehe? Twabonye inyenyeri yiwe mu buseruko none tuzanywe no kumusenga.”

Matayo 2 വായിക്കുക

Matayo 2:1-2 എന്നതിനുള്ള വചനത്തിന്റെ ചിത്രം

Matayo 2:1-2 - Yesu amaze kuvukira i Betelehemu mu ntara yitwa Yudaya, ku ngoma y’umwami Herode, abanyabwenge mu vy’inyenyeri bavuye mu buseruko baja i Yerusalemu. Barabaza bati: “Umwami w’Abayuda yavutse ari hehe? Twabonye inyenyeri yiwe mu buseruko none tuzanywe no kumusenga.”