1
Matayo 10:16
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ndabarungitse nk’intama mu bikoko vy’inkazi. None rero, mukerebuke nk’inzoka kandi mwitonde nk’inuma.
താരതമ്യം
Matayo 10:16 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
2
Matayo 10:39
Umuntu wese agerageza kwigumiriza ubuzima azobubura, ariko uwubutanga ku bwanje azoburokora.
Matayo 10:39 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
3
Matayo 10:28
Ntimugatinye abashobora kwica umubiri ariko badashobora kwica ubugingo. Ahubwo, mutinye Imana, kuko yo ishobora guhonya ubugingo n’umubiri, ikabita muri Gehinomu.
Matayo 10:28 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
4
Matayo 10:38
Umuntu wese atikorera umusaraba wiwe ngo ankurikire ntankwiye.
Matayo 10:38 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
5
Matayo 10:32-33
Umuntu wese azonyemanga imbere y’abantu, nanje nzomwemanga imbere ya Data wo mw’ijuru. Ariko umuntu wese azonyihakana imbere y’abantu, nanje nzomwihakana imbere ya Data wo mw’ijuru.
Matayo 10:32-33 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
6
Matayo 10:8
Mukize abagwaye, muzure abapfuye, muhumanure abagwaye imibembe, mwirukane abadayimoni. Ivyo mubiherewe ubuntu, namwe mubitangire ubundi.
Matayo 10:8 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
7
Matayo 10:31
None rero, mweho ntimugire ubwoba; kuko musumvya agaciro utunyoni twinshi.
Matayo 10:31 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
8
Matayo 10:34
Ntimwiyumvire ko naje ngo nzane amahoro kw’isi! Haba na mba! Sinazanye amahoro, ahubwo nazanye intambara
Matayo 10:34 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
ആദ്യത്തെ സ്ക്രീൻ
വേദപുസ്തകം
പദ്ധതികൾ
വീഡിയോകൾ