1
Itanguriro 18:14
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Mbega har’ ikinanira Uhoraho? Igihe gishinzwe, umwaka ugeze ah’ uyu ugeze, nzogaruka i wawe Sara yavyaye umuhungu.
താരതമ്യം
Itanguriro 18:14 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
2
Itanguriro 18:12
Maze Sara atwengera mu mutima, ati Ko mmaze gukecura noba nkigomba umugabo, kand’ umwami wanje akaba ashaje?
Itanguriro 18:12 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
3
Itanguriro 18:18
kand’ ari we azohinduka ihanga rinini rikomeye, amahanga yose yo mw isi akazohērwa umugisha muri we?
Itanguriro 18:18 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
4
Itanguriro 18:23-24
Maze Aburahamu aramwegera, aramubaza, ati Mbega none worandurana abagororotsi n’abanyavyaha? Kumbure mur’ ico gisagara hobamw’ abagororotsi mirongwitanu: none wokirandura ntugitunge, kandi kirimw’ abagororotsi mirongwitanu?
Itanguriro 18:23-24 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക
5
Itanguriro 18:26
Uhoraho aramwishura, ati Ni nabona abagororotsi mirongwitanu mur’ ico gisagara c’i Sodomu, nzotunga aho hantu hose kubgabo.
Itanguriro 18:26 പര്യവേക്ഷണം ചെയ്യുക