Logo ya YouVersion
Elilingi ya Boluki

Itanguriro 1:26-27

Itanguriro 1:26-27 BKC

Nuko Imana iravuga iti: “Tureme abantu mw’ishusho yacu, base natwe, baheze baganze amafi yo mu mazi, inyoni zo mu kirere, ibikoko vyose vy’ibitungano, ivyo mw’ishamba hamwe n’ibikoko bigenda vyikwega hasi vyose.” Nuko Imana irema abantu mw’ishusho yayo. Mw’ishusho yayo ni ho yabaremye; ibarema ari umugabo n’umugore.

Elilingi ya Verset mpo na Itanguriro 1:26-27

Itanguriro 1:26-27 - Nuko Imana iravuga iti: “Tureme abantu mw’ishusho yacu, base natwe, baheze baganze amafi yo mu mazi, inyoni zo mu kirere, ibikoko vyose vy’ibitungano, ivyo mw’ishamba hamwe n’ibikoko bigenda vyikwega hasi vyose.”
Nuko Imana irema abantu mw’ishusho yayo.
Mw’ishusho yayo ni ho yabaremye;
ibarema ari umugabo n’umugore.