YouVersion 로고
성경묵상동영상
앱 다운로드
언어 선택
검색 아이콘

Itanguriro 2 - 인기 성경 구절

1

Itanguriro 2:24

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Ni co gituma umuntu azosiga se na nyina, akabana n’ umugore wiwe akaramata, bakaba umubiri umwe.

비교

Itanguriro 2:24 살펴보기

2

Itanguriro 2:18

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Uhoraho Imana aravuga, ati Si vyiza k’uyu muntu yibana wenyene; hinge ndamuronderere umufasha bikwiranye.

비교

Itanguriro 2:18 살펴보기

3

Itanguriro 2:7

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Uhoraho Imana abumba umuntu mu mukungugu wo hasi, amuhumekera mu mazuru impwemu y’ubugingo; umuntu aca aba ūfise ubugingo.

비교

Itanguriro 2:7 살펴보기

4

Itanguriro 2:23

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Maz’ uwo muntu aravuga, at’ Uyu n’ igufa ryo mu magufa yanje, n’akara ko mu mara yanje: azokwitwa Umugore kuko yakūwe mu Mugabo.

비교

Itanguriro 2:23 살펴보기

5

Itanguriro 2:3

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Nukw Imana ihezagira uwo musi w’indwi, iraweza: kukw ari wo Imana yaruhukiyekw ibikorwa vyayo vyose, ivyo yaremye kandi yakoze.

비교

Itanguriro 2:3 살펴보기

6

Itanguriro 2:25

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Kand’ uwo mugabo n’umugore wiwe bompi bāgenda amēnya, ariko ntivyabatera isoni.

비교

Itanguriro 2:25 살펴보기

Itanguriro 2: 관련 무료 묵상 계획

이전 장
다음 장
YouVersion

매일 하나님과 친밀하게 동행하도록 격려하고 도전하기.

사역

소개

채용 정보

자원 봉사

블로그

기사

유용한 링크

도움

후원

성경 번역본

오디오 성경

성경 언어

오늘의 말씀


디지털 사역

Life.Church
English (US)

©2025 Life.Church / YouVersion

개인 정보 취급 정책약관
취약점 공개 프로그램
페이스북트위터인스타그램유튜브핀터레스트

홈

성경

묵상

동영상