Roma 14:11-12

Roma 14:11-12 BKC

Ivyanditswe Vyera bivuga biti: “ ‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Uhoraho avuze, ‘amavi yose azompfukamira; n’indimi zose zizokwatura ko ndi Imana.’ ” Nuko rero, umuntu wese muri twebwe azokwisigura imbere y’Imana ku bijanye n’ubuzima bwiwe kw’isi.

Roma 14 ಓದಿ

ಸಂಬಂಧಿತ ವೀಡಿಯೊಗಳು

Roma 14:11-12 ಗಾಗಿ ವಚನ ಚಿತ್ರ

Roma 14:11-12 - Ivyanditswe Vyera bivuga biti:
“ ‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Uhoraho avuze,
‘amavi yose azompfukamira;
n’indimi zose zizokwatura ko ndi Imana.’ ”
Nuko rero, umuntu wese muri twebwe azokwisigura imbere y’Imana ku bijanye n’ubuzima bwiwe kw’isi.

Roma 14:11-12 ಗೆ ಸಂಬಂಧಿಸಿದ ಉಚಿತ ಓದುವ ಯೋಜನೆಗಳು ಮತ್ತು ಆರಾಧನೆಗಳು