Roma 10:11-13

Roma 10:11-13 BKC

Ivyanditswe Vyera bivuga biti: “Umuntu wese amwizera ntazokwigera amaramara.” Kandi kuri ivyo, nta tandukaniro riri hagati y’Abayuda n’abanyamahanga, kuko bose bafise Umwami umwe kandi atanga cane agahaza ivyiza uwumwambaje wese. Kuko “Umuntu wese azokwambaza izina ry’Uhoraho azokizwa.”

Roma 10 ಓದಿ

Roma 10:11-13 ಗೆ ಸಂಬಂಧಿಸಿದ ಉಚಿತ ಓದುವ ಯೋಜನೆಗಳು ಮತ್ತು ಆರಾಧನೆಗಳು