Ivyakozwe 3:7-8

Ivyakozwe 3:7-8 BKC

Aca amufata ukuboko kw’i buryo, aramuhagurutsa, ubwo nyene ibirenge vyiwe n’ingingo zavyo bica birakomera. Nuko aca atangura gutambuka, yinjirana na bo mu rusengero, atambuka neza, yiterera hejuru, ahimbaza Imana.

Ivyakozwe 3 ಓದಿ

ಸಂಬಂಧಿತ ವೀಡಿಯೊಗಳು