Ivyakozwe 25:6-7

Ivyakozwe 25:6-7 BKC

Nuko amarana na bo imisi umunani hanyuma asubira i Kayisariya. Ku musi ukurikira, akoranya abacamanza, maze arengutsa Pawulo. Pawulo arengutse, Abayuda bari bamanutse bava i Yerusalemu baramukikuza, bamwagiriza ivyaha bihambaye badashobora kuronkera ivyemezo.

Ivyakozwe 25 ಓದಿ

ಸಂಬಂಧಿತ ವೀಡಿಯೊಗಳು

Ivyakozwe 25:6-7 ಗೆ ಸಂಬಂಧಿಸಿದ ಉಚಿತ ಓದುವ ಯೋಜನೆಗಳು ಮತ್ತು ಆರಾಧನೆಗಳು