1
Roma 9:16
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Nuko rero, ni Imana ihitamwo uwo igirira imbabazi. Ntidushobora kubihitamwo canke ngo tubikorere.
ತಾಳೆಮಾಡಿ
Roma 9:16 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
2
Roma 9:15
Kuko Imana yabariye Mose iti: “Nzogirira imbabazi uwo nzohitamwo kuzigirira, kandi nzogirira impuhwe uwo nzohitamwo kuzigirira.”
Roma 9:15 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
3
Roma 9:20
Ariko none uri nde wewe ngo uharirize Imana? Mbega ikibumbano cobwira uwakibumvye kiti: “Ni kuki wambumvye gutya?”
Roma 9:20 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
4
Roma 9:18
Nuko rero, Imana ihitamwo kwerekana imbabazi zayo ku bo igomba kuzerekanirako, kandi igahitamwo gukomantaza imitima y’abo igomvye.
Roma 9:18 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
5
Roma 9:21
Mbega umubumvyi ntafise uburenganzira bwo kubumba mw’ibumba rimwe inkono ishobora gukoreshwa ivy’iteka, n’iyindi igenewe ibikorwa bisanzwe?
Roma 9:21 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ