1
Ivyakozwe 17:27
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Imana yakoze ivyo kugira ngo abantu bayirondere, kandi kugira ngo kumbure nibagerageza kuyirondera baze bayibone, n’aho itari kure y’umuntu n’umwe muri twebwe.
ತಾಳೆಮಾಡಿ
Ivyakozwe 17:27 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
2
Ivyakozwe 17:26
Mu ruvyaro rw’umuntu umwe yakuyemwo amoko yose iyakwiza kw’isi yose. Ni yo yabashiriyeho igihe bazobaho, ibashingira n’imbibe z’aho bazoba.
Ivyakozwe 17:26 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
3
Ivyakozwe 17:24
Imana yaremye isi n’ibiyirimwo ni yo Mwami y’ijuru n’isi kandi ntiba mu nsengero zubatswe n’abantu.
Ivyakozwe 17:24 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
4
Ivyakozwe 17:31
kuko yashinze umusi izocira imanza isi mu bugororotsi, ikoresheje umuntu yagenye. Ivyo Imana yabigaragaje mu maso ya bose mu kumuzura imukuye mu bapfuye.”
Ivyakozwe 17:31 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
5
Ivyakozwe 17:29
None rero, ko turi uruvyaro rwayo, ntidukwiye kwiyumvira ko Imana imeze nk’igishushanyo gikozwe mu nzahabu, mw’ifeza canke mw’ibuye, biciye mu buhinga n’amaboko vy’abantu.
Ivyakozwe 17:29 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
ಮುಖಪುಟ
ಬೈಬಲ್
ಯೋಜನೆಗಳು
ವೀಡಿಯೊಗಳು