1
Ivyakozwe 14:15
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
“Mbega bagenzi, ivyo bintu mubikora kubera iki? Erega turi abantu nka mwebwe! Twabazaniye Ubutumwa Bwiza, bubabwira guhindukira mukava mu bitagira ikimazi, mukaza ku Mana nzima, yaremye ijuru, isi n’ikiyaga, n’ibibibamwo vyose.
ತಾಳೆಮಾಡಿ
Ivyakozwe 14:15 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
2
Ivyakozwe 14:9-10
Nuko yumviriza Pawulo ariko arigisha, Pawulo na we aramwihweza, abona afise ukwizera kwotuma akira. Pawulo aca avuga n’ijwi rirenga ati: “Haguruka, uhagarare ku birenge vyawe!” Ubwo nyene wa mugabo aca arabaduka, aca atangura gutambuka.
Ivyakozwe 14:9-10 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
3
Ivyakozwe 14:23
Pawulo na Baranaba, bamaze gusenga no kwisonzesha, baca bagena abakuru b’amashengero yose, babaragiza Umwami Yesu bari bizeye.
Ivyakozwe 14:23 ಅನ್ವೇಷಿಸಿ
ಮುಖಪುಟ
ಬೈಬಲ್
ಯೋಜನೆಗಳು
ವೀಡಿಯೊಗಳು