1
Itanguriro 19:26
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ariko muka Loti arahindukira araba inyuma aca acika inkingi y’umunyu.
ប្រៀបធៀប
រុករក Itanguriro 19:26
2
Itanguriro 19:16
Loti atanguye gukwega amaguru, ba bamarayika bamufata ukuboko, we n’umugore wiwe n’abakobwa biwe babakwegera inyuma y’igisagara, kuko UHORAHO amugiriye ubuntu.
រុករក Itanguriro 19:16
3
Itanguriro 19:17
Babashikanye hanze y’igisagara, umwe muri ba bamarayika arabihanikiriza ati: “Nimuhunge! Kandi ntimuhindukire canke ngo mugire aho muhagarara muri iki kiyaya. Nimuhungire ku musozi, kugira ngo ntimuranduke.”
រុករក Itanguriro 19:17
4
Itanguriro 19:29
Ariko igihe Imana yarandura ivyo bisagara, yagumye yibuka ico Aburahamu yayisavye, ikiza Loti ikiza caranduye ivyo bisagara vyo mu kiyaya.
រុករក Itanguriro 19:29
គេហ៍
ព្រះគម្ពីរ
គម្រោងអាន
វីដេអូ