1
Abaroma 14:17-18
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Kuk’ ubgami bg’Imana atar’ ukurya n’ukunywa, ariko n’ukugororoka, n’amahoro, n’umunezero vyo muri Mpwemu Yera. Ūkorera Kristo artyo, ahimbara Imana, kandi n’abantu baramwemera.
Confronta
Esplora Abaroma 14:17-18
2
Abaroma 14:8
namba turiho, turiho kuba ab’ Umwami; kandi namba dupfa, dupfira kuba ab’ Umwami. Nuko namba turiho, canke namba dupfa, tur’ ab’ Umwami.
Esplora Abaroma 14:8
3
Abaroma 14:19
Nuko dukurikire ivy’ amahoro n’ivyo gukomezanya
Esplora Abaroma 14:19
4
Abaroma 14:13
Uhereye none rero, twoye guhinyurana; yamara tugire iyi migabo: ngo hoye kugira ūshira igitsitaza cank’ ikigwisha imbere ya mwene Se.
Esplora Abaroma 14:13
5
Abaroma 14:11-12
Kuko handitswe, ngo Nk’uko ndiho, ni k’Uhoraho agize, amavi yose azompfukamira, N’indimi zose zizovuga ishimwe ry’Imana. Nuko rero, umuntu wese muri twebge azobazwa n’Imana ivyo yakoze.
Esplora Abaroma 14:11-12
6
Abaroma 14:1
Ūdakomeye mu vyizerwa, mumwemere, ariko s’ukumuhāririza ku vy’ akekeranya.
Esplora Abaroma 14:1
7
Abaroma 14:4
Wewe uri nde uhinyura umushumba w’abandi? Kukw imbere ya shebuja ari ho ahagarara cank’ agatemba; mber’ ushime azohagarara, kuk’ Umwami wacu ashobora kumuhagarika.
Esplora Abaroma 14:4