1
Itanguriro 14:20
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Kandi iragahezagirwa Imana Musumbavyose, yaguhaye kunesha abansi bawe.” Nuko Aburamu aha Melekisedeki ica cumi c’ivyo yari afise vyose.
Lee anya n'etiti ihe abụọ
Nyochaa Itanguriro 14:20
2
Itanguriro 14:18-19
Maze Melekisedeki umwami w’i Salemu, akaba n’umuherezi w’Imana Musumbavyose amuzanira imikate n’umuvinyu. Ahezagira Aburamu avuga ati: “Aburamu aragahezagirwa n’Imana Musumbavyose, yaremye ijuru n’isi.
Nyochaa Itanguriro 14:18-19
3
Itanguriro 14:22-23
Aburamu aramwishura ati: “Ndakurahiye imbere y’UHORAHO, Imana Musumbavyose, yaremye ijuru n’isi, ko ata kintu na kimwe cawe ntwara, n’aho koba akanyuzi canke umugozi w’ikirato, kugira ngo ntuzohave uvuga uti: ‘Ni jewe natungishije Aburamu.’
Nyochaa Itanguriro 14:22-23