Logo YouVersion
BibPlan yoVideyo
Pran aplikasyon an
Seleksyone Lang
Chache Icon

Vèsè popilè nan Bib la ki soti nan Luka 19

1

Luka 19:10

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Kand’ Umwana w’umuntu yazanywe no kurondera no gukiza icari cazimiye.

Konpare

Eksplore Luka 19:10

2

Luka 19:38

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

bati Hashemezwe Umwami, aje mw izina ry’Uhoraho, Amahoro abe mw ijuru, Icubahiro kibe ahasumba ijuru.

Konpare

Eksplore Luka 19:38

3

Luka 19:9

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Yesu amuvugako, at’ Uyu musi agakiza gashitse mur’ iyi nzu, kuk’ uyu na we ar’ umwana wa Aburahamu.

Konpare

Eksplore Luka 19:9

4

Luka 19:5-6

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Yesu ahashitse, ararangamiza, aramubarira, ati Zakayo, ururuka vuba, kuk’ uyu musi nkwiye kurāra i wawe. Yururuka vuba, amwākīrana akanyamuneza.

Konpare

Eksplore Luka 19:5-6

5

Luka 19:8

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Zakayo arahagarara, abgira Umwami Yesu, ati Rāba Mugenzi, umugabane w’itunga ryanje ngira ndawuhe aboro; kand’ umuntu wese nagunze ndabimurihe kane.

Konpare

Eksplore Luka 19:8

6

Luka 19:39-40

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Abafarisayo bamwe bo mw ishengero baramubarira, bati Mwigisha, zibiza abigishwa bawe. Arabishura, ati Ndababgire, Aba ni bahora, amabuye arasemerera.

Konpare

Eksplore Luka 19:39-40

Plan lekti ak devosyon gratis yo ki gen rapò ak Luka 19

Chapit Avan yo
Chapit suivan
YouVersion

Ankouraje ak defi pou w chèche entimite ak Bondye chak jou.

Ministè

Apwopo

Karyè yo

Volontè

Blòg

Peze

Lyen itil yo

Ed

Fè yon don

Vèsyon Bib yo

Odyo Bib yo

Diferan Lang yo nan Bib la

Vèsè Jodi a


Yon Ministè Digital nan

Life.Church
English (US)

©2025 Life.Church / YouVersion

Politik PriveTèm yo
Pwogram Divilgasyon Vilnerabilite
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest

Akèy

Bib

Plan yo

Videyo