1
Luka 22:42
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
“Data, ubigomvye, ndakwinginze unkure imbere iki gikombe c’imibabaro. Ariko ntibibe nk’uko jewe ngomba, yamara bibe uko wewe ugomba.”
Compare
Luka 22:42 ખોજ કરો
2
Luka 22:32
Ariko wewe nagusengeye kugira ngo ntutakaze ukwizera, kandi niwamara kwihana ukangarukako uze ukomeze bene So.”
Luka 22:32 ખોજ કરો
3
Luka 22:19
Aca afata n’umukate, awushimira Imana, arawumanyura, arawubahereza avuga ati: “Iki ni ikimenyetso c’umubiri wanje utanzwe ku bwanyu; muzohore mubikora mu kunyibuka.”
Luka 22:19 ખોજ કરો
4
Luka 22:20
Bahejeje gufungura, agira uko nyene, afata igikombe, avuga ati: “Iki gikombe ni isezerano rishasha rivuye mu maraso yanje, asesetse ku bwanyu.
Luka 22:20 ખોજ કરો
5
Luka 22:44
Nuko arasenga cane, yuzuye umubabaro mwinshi, icuya ciwe gicika nk’amama y’amaraso atonyangira hasi.
Luka 22:44 ખોજ કરો
6
Luka 22:26
Ariko ntimukwiye kumera gutyo. Ahubwo umukuru muri mwebwe namere nka mutoya muri mwebwe, kandi umutware amere nk’umukozi wanyu.
Luka 22:26 ખોજ કરો
7
Luka 22:34
Yesu aramubwira ati: “Petero, ndakubwire ukuri, isake itarabika uzoba umaze kunyihakana gatatu kose uvuga ko utanzi.”
Luka 22:34 ખોજ કરો