1
Luka 16:10
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Uwubaye umwizigirwa muri bike azozezwa vyinshi, kandi uwuzotakaza ubwizigirwa muri bike azobutakaza no muri vyinshi.
Compare
Luka 16:10 ખોજ કરો
2
Luka 16:13
Nta mukozi n’umwe yoshobora gushimisha abakoresha babiri: agerageje kunezereza umwe, yosanga yababaje uwundi; kandi agerageje kuba umwizigirwa kuri umwe, yosanga yahemukiye uwundi. Ntimushobora gukoreshwa n’Imana ngo mwongere mukoreshwe n’amahera.”
Luka 16:13 ખોજ કરો
3
Luka 16:11-12
None mutabaye abizigirwa mu vy’ubutunzi bwa hano kw’isi, ni nde yobazeza ivy’ubutunzi nyakuri? Kandi mutabaye abizigirwa mu gutunganya ivy’ubutunzi bw’abandi, ni nde azobaha ubutunzi mwiganzira?
Luka 16:11-12 ખોજ કરો
4
Luka 16:31
Ariko Aburahamu aramwishura ati: ‘Batumviye Mose n’abavugishwa n’Imana, nta wundi bokwumvira, n’aho yoba azutse mu bapfuye.’ ”
Luka 16:31 ખોજ કરો
5
Luka 16:18
Umugabo yirukanye umugore wiwe hanyuma akarongora uwundi mugore aba asambanye, kandi umugabo arongoye umugore yahukanye, na we aba asambanye.
Luka 16:18 ખોજ કરો