Habakuki 2:2-3
Habakuki 2:2-3 BKC
Maze UHORAHO aranyishura, ati: “Andika ivyo uhishuriwe, ubishire ahabona ku bisate vy’amabuye ku buryo vyorohera gusoma, uwugenda asemerera.” Kuko ivyo wahishuriwe birafise igihe bizoshikirako. Bivuga ivy’igihe c’iherezo, kandi ntibibesha. Naho vyoteba, ubirindire; nta nkeka bizoba, kandi ntibizoteba.





