Itanguriro 25:32-33
Itanguriro 25:32-33 BKC
Esawu ati: “None ko ngira mpfe, ukwo kuba samuragwa kumariye iki ubu?” Yakobo ati: “Banza undahire.” Nuko Esawu arahira Yakobo ko amuhebeye uburenganzira kwo kuba samuragwa.