Itanguriro 22:15-16
Itanguriro 22:15-16 BKC
Wa mumarayika w’UHORAHO ahamagara Aburahamu ubugira kabiri ari mw’ijuru, aramubwira ati: “Indahiro ni jewe nyene, ni ko UHORAHO avuze: ko wanyumviye ntunyime umwana wawe kandi ari ikinege