1
Nahumu 1:7
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
UHORAHO ni mwiza, ni ubuhungiro mu gihe c’amagorwa, kandi yitaho abamuhungirako.
Compare
Explore Nahumu 1:7
2
Nahumu 1:3
UHORAHO ateba kuraka, ariko ni umunyenkomezi ahambaye; UHORAHO nta ho azoreka guhana uwagiriwe n’icaha. Yigaragariza mu gashururu no mu gihuhusi, kandi ibicu ni nk’umukungugu musi y’ibirenge vyiwe.
Explore Nahumu 1:3
3
Nahumu 1:2
UHORAHO ni Imana ipfuha kandi yihora; UHORAHO ni Imana yihora kandi ifise uburake bwinshi. UHORAHO yihora abamugwanya, kandi uburake bwiwe abwamiza ku bansi biwe.
Explore Nahumu 1:2