1
Habakuki 1:5
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
“Nimwitegereze amahanga, murabe hanyuma mutangare mwumirwe. Kuko mu gihe canyu, ngiye gukora ikintu mutokwigera mwemera, naho hogira uwukibabwira.
Compare
Explore Habakuki 1:5
2
Habakuki 1:2
Yewe UHORAHO, mbega nzogeza ryari kuguhamagara ngo umfashe, ariko ntunyumve, canke nkagutakira kubera umuryano ariko ntutabare?
Explore Habakuki 1:2
3
Habakuki 1:3
Ni kuki utuma ndaba akarenganyo? Ni kuki wihanganira ibikorwa bibi? Guhonya n’umuryano biri imbere yanje; kandi imitongano n’amatati biri ahantu hose.
Explore Habakuki 1:3
4
Habakuki 1:4
Ni co gituma ivyagezwe bitagikurikizwa, n’ubutungane ntibwubahirizwe. Umunyakibi aratsinda umugororotsi, ubutungane bugasibanganywa.
Explore Habakuki 1:4