1
Itanguriro 25:23
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
UHORAHO aramubwira ati: “Mu nda yawe hari amahanga abiri, uzovyara ubwoko bubiri bwankana; bumwe buzoba ubukomeye kurusha ubundi, kandi bukuru azokorera butoyi.”
Compare
Explore Itanguriro 25:23
2
Itanguriro 25:30
Esawu abwira Yakobo ati: “Ndakwinginze umpe kuri iyo supu yawe itukura, kuko ngira mpfe n’inzara!” Ni co gituma Esawu yiswe Edomu, bisigura “gutukura”.
Explore Itanguriro 25:30
3
Itanguriro 25:21
Nuko Isaka asenga UHORAHO ku bw’umugore wiwe, kuko yari ingumba. Imana yishura isengesho rya Isaka, maze Rebeka asama inda y’amahasa.
Explore Itanguriro 25:21
4
Itanguriro 25:32-33
Esawu ati: “None ko ngira mpfe, ukwo kuba samuragwa kumariye iki ubu?” Yakobo ati: “Banza undahire.” Nuko Esawu arahira Yakobo ko amuhebeye uburenganzira kwo kuba samuragwa.
Explore Itanguriro 25:32-33
5
Itanguriro 25:26
Uwa kabiri yavutse ikiganza ciwe gifashe igitsintsiri ca Esawu; na we bamwita Yakobo. Igihe bavuka, Isaka yari amaze imyaka mirongo itandatu.
Explore Itanguriro 25:26
6
Itanguriro 25:28
Isaka yakunda Esawu kuko yakunda inyama yamuzanira avuye guhiga, ariko Rebeka yakunda Yakobo.
Explore Itanguriro 25:28
Home
Bible
Plans
Videos