1
Itanguriro 32:28
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Aramubarira, ati Ntucitwa Yakobo ukundi, ariko wiswe Isirayeli; kuko waniganye n’Imana n’abantu, ukanesha.
Параўнаць
Даследуйце Itanguriro 32:28
2
Itanguriro 32:26
Uwo mugabo aramubarira, ati Ndekura, kuk’ umutwenzi utambitse. Aramwishura, ati Sinkurekura, utampezagiye.
Даследуйце Itanguriro 32:26
3
Itanguriro 32:24
Maze Yakobo asigarayo wenyene. Haza umugabo, baranigana, bashitsa mu mutwenzi.
Даследуйце Itanguriro 32:24
4
Itanguriro 32:30
Yakobo yita aho hantu Peniyeli: ati Mbonye Imana imbonankubone, non’ ehe ndacariho!
Даследуйце Itanguriro 32:30
5
Itanguriro 32:25
Uwo mugabo abonye yukw atamushoboye, akora ku mutsi wo ku nyonga y’itako ryiwe, umutsi wo ku nyonga y’itako rya Yakobo urahinyagara bakiriko baranigana.
Даследуйце Itanguriro 32:25
6
Itanguriro 32:27
Na we aramubaza, ati Witwa nde? Ati Ndi Yakobo.
Даследуйце Itanguriro 32:27
7
Itanguriro 32:29
Yakobo aramubgira, ati Ndakwinginze, nyibarira. Aramubaza, at’ Umbariza iki izina ryanje? Amuhezagirira aho hantu.
Даследуйце Itanguriro 32:29
8
Itanguriro 32:10
Izo mbabazi zose wagiriye umusavyi wawe, n’ukuntu utampemukiye, sinari mbereye kugirirwa na bikeya; kuko najabutse Yorodani uru nitwaje akoho gusa, none nahindutse imice ibiri.
Даследуйце Itanguriro 32:10
9
Itanguriro 32:32
Ico ni co gituma Abisirayeli batarya umutsi w’ifyinga uri ku nyonga y’itako, na bugingo n’ubu; kuko wa mugabo yakoze ku mutsi wo ku nyonga y’itako rya Yakobo.
Даследуйце Itanguriro 32:32
10
Itanguriro 32:9
Maze Yakobo aratakamba, ati Mana ya sogokuru Aburahamu, Mana ya data Isaka, ewe Uhoraho, si wewe wambariye, uti Subira mu gihugu canyu, no muri bene wanyu, uti Nanje nzokugirira neza?
Даследуйце Itanguriro 32:9
11
Itanguriro 32:11
Ndakwinginze, n’unkize, unkūre mu maboko ya mukurwanje Esau: kuko ndamutinya, yoye kuza akanyicana n’abana na ba nyina.
Даследуйце Itanguriro 32:11